Scroll to Top

#indundi | Knowless yemeye akaririmbo “Uzagaruke” ku munsi w’ejo

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 27 Sep 2017 12:44 PM / /

Akaririmbo “Uzagaruka” niko karirimbo buca gashirwa ahabona n’umuririmvyikazi Butera Knowles.

Umuririmvyikazi Butera Knowles aheruka gusivya urugendo rwiwe hano i wacu ngo buca ashira hanze akaririmbo kimwe gashasha. Ako nako akaba yakise “Uzagaruka” nkuko Cover y’iyo ndirombo yashizwe ku rubuga rwiwe rwa Facebook yavyerekana.

Ako karirimbo kakozwe n’umuhinyanyuzi Clement akaba kandi n’umugabo wiwe, kakaba kagira gashirwe hanze inyuma ya The Winning Team yavugishije benshi kubera Cover yayo ngo yasa n’iy’urukurikirane rushasha rwa Dj khaled.

Mwomenya ko uwo munyarwandakazi muri ino misi ariwe muserukizi (Ambassador) mu Rwanda w’inzu y’itumarumako amakuru isanzwe ikora ama terefone Itel.

5,492 total views, 22 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel