Scroll to Top

Ivya Mobeto na Diamond bigeze mu bugeni

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 03 Oct 2017 02:27 AM / /

Hamissa yahanuwe na mugenziwe kurwanira kudatakaza se w’umwana wiwe, agasaba ubugeni kugira kuko n’idini ryabo riravyemera.

 

Inyuma y’induru zadutse kubera uruvyaro Diamond Platnumz yaronse kuri Hamissa Mobeto, Ubu ho hajemwo ivy’ugushaka ubugeni.

Uwo muvyeyi w’abana babiri yahanuwe na mugenziwe bakora akazi kamwe k’ubunyamideri ko yoraba akarwanira kubana n’ico gihangange kugira ntatakaze uwo muvyeyi w’umwana wiwe.

Uwamuhanuye abicishije mu kiganiro kuri imwe mu nsamirizi muri ico gihugu yamubwiye ko abifitiye uburenganzira kuko n’idini ryabo rirabarekurira kubana n’abagore babiri, aho akaba uwa kabiri mu gihe Zari nawe ari umugore wa mbere.

3,678 total views, 21 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel