Scroll to Top

Akaririmbo ka 1 Mkomboz ahayagizamwo Imana buca gasohoka

By KING YANN COOL / Published on Thursday, 05 Oct 2017 04:58 AM / /

Akaririmbo ka 1 inyuma yaho Mkombozi  yiyeguriye Imana burundu kagiye gusohoka. 

Kubwa Mkomboz ngo ubutigu burageze, ivyo akaba yabishikirije Ku rubuga rwiwe rwa Facebook aho yariko amenyesha ko akaririmbo gashasha buca gashirwa ahabona.

Mu majambo yanditse yamenyesheje ko aho bukera akaririmbo abantu bari barindiranye igishika ngo buca gashirwa ahabona. Ako ngo n’akaririmbo “Mana Dutabare” azoba akoranye na mugenziwe Muco Jean Marie abarizwa muri Zambia.

Ako karirimbo kakazoba kabaye aka 1 gasohotse inyuma y’ukumenyesha ko agiye kuririmba indirimbo  zo guhayagiza Umukama gusa.

17,228 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel