Scroll to Top

#indundi Sports| yatanze ibanga ituma batsinda ibitsindo vy’inshi

By Radjabu Bosingwa / Published on Wednesday, 11 Oct 2017 11:55 AM / /

Mugihe umugwi Olympic Star ariwo mugwi ufise ibitsindo vy’inshi mw’ihiganwa Primus League umumenyereza w’uwo mugwi yavuze ibanga akoresha kugira abasatirizi biwe bagume binjiza ibitsindo vyinshi .

Mu kiganiro yahaye Indundi Sports Hussein welo yavuze y’uko ibanga rinini akoresha rituma umugwi Olympic Star witwara neza aruko afata akanya kanini ariko akorana na basatirizi biwe kugira ni bashika mw’igori babone kwifata neza.

Yagize ati :” Ndabakoresha imyimyenyerezo yabonyene mugatondo kuko sinoronka umwanya wo kubakoresha Bose ku mugoroba, rero mugatondo nkorana na basatirizi kumugoroba nkakorana na Bose bari hamwe, iyo niyo mpamvu yoba ituma twitwara neza” .

Mu kibukako Olympic Star ariwo mugwi wa mbere ufise ubisatirizi bukomeye ukaba uri mu kibanza ca 4 n’amanota 13 n’Ibitsindo 17.

5,817 total views, 2 views today

Categories : homepage Sports

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel