Scroll to Top

indundi Hits Show | Top5 n’amakuru atandukanye ku baririmvyi benshi.

By king epimax / Published on Wednesday, 11 Oct 2017 14:55 PM / /

Mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wambere igenekerezo rya 09 Gitugutu havuzwe amakuru atandukanye ku baririmvyi nka Fizzo,Sat B,Vestine Mr Champagne,Babbi. Ikitari kimenyerewe nuwanditse ubutumwa bugufi avuga ko umuririmvyi Babbi yoshaka agahagarika kuririmba ngo kuko umuziki wiwe atanakimwe wigisha atari ibiterasoni gusa, ntiyagarukirijaho kuko ngo hari nabandi nka Fizzo kuri 69 code akaba akiririmba ibifise akamaro vyinshi ukurikiranye ikiganiro ngaha musi uraza kuvyumva ndakwibutse ko ikiganiro indundi hits show kiba ku musi wa mbere no ku musi wa gatanu kuva isaha cumi gushika isaha cumi n’imwe kumasaha yo mu Burundi

Indundi Hit show week40


7,093 total views, 135 views today

Add Comment

Comments (1)

Francine
2017-10-12 00:00:00

Ndabaramukije Ejo Muzemutumire Fabirove Muzobamukoz

Write a comment ...
Post comment
Cancel