Scroll to Top

“Mwitegurire kuzodusubirira mu mabanga”[Audio].

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 12 Oct 2017 12:49 PM / /

Ayo ni amajambo yashikirijwe n’umurongozi w’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru hano mu Burundi, inyuma y’ukwizerwa ngo asubire gutwara ishirahamwe ry’umupira w’amaguru hano mu Burundi.

Umukenguzamateka Reverien Ndikuriyo yasavye  abari bahejeje kumwizera,  baba abari muri Komite nshasha ndetse n’abatashoboye kuja muri komite nshasha ko bokorera umupira w’amaguru kugira baze bamusubirire muri ayo mabanga.

” Mwimenyereze, mwitegure kuzodusubirire , hari vyinshi vy’ugukora na cane cane guteza imbere umupira mu rwaruka rukiri ruto”. Mumwumvirize, mw’ijambo yashikirije, inyuma y’ugutorwa.

8,197 total views, 1 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel