Scroll to Top

Ikoh yoba yatanze ikimemyetso c’amasanamu bagiye gusohora

By KING YANN COOL / Published on Friday, 13 Oct 2017 05:54 AM / /

Michou Miracle yoba yatanze ikimenyetso c’indirimbo yo mu mugambi You’ll love changes Vol2 bagiye gusohorera amasanamu.

Mu gihe hatarasohoka amasanamu y’indirimbo n’imwe yo mu mugambi You’ll Love changes Vol2, Michou Miracle yamenyesheje ko hari iyiriko irategurwa.

Mu kiganiro Indundi Hit Show, Michou Miracle ajejwe gutanga amakuru muri Ikoh yamenyesheje ko umwaka wa 2016 uzohera indirimbo nshasha zirimwo n’isanamu zizoba zamaze kuboneka.

Ijambo Itakua Ngumu ryarumvikanye kw’uwo mwigeme aho yavuga ivy’ayo masanamu mashasha, bikaba biboneka ko ishobora kuba ariyo buca isohorerwa amasanamu.

“Marvin twama muri Mpa akanya kandi Itakua Ngumu”

6,142 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel