Scroll to Top

Famba ngo iki nico gihe ciwe

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 22 Oct 2017 09:27 AM / /

Yigamvye bikomeye mu karirimbo My Time, aho yavuga ko iki arico gihe ciwe banka bemera.

Mu karirimbo kari mu mudiho utambika, Happy Famba yigamvye avuga ko Iki arico gihe ciwe, ngo iki nico gihe ciwe.

Muri ako karirimbo kashizwe ahabona muri ino week end yise “My Time”, Famba yagarutse kubatamwemera, abamuvuga nabi, abasaba kumureka ngo nawe aryoherwe kuko Iki arico gihe ciwe.

Famba akaba asohoye ako karirimbo inyuma y’akandi yaheruka gusohora aho yacura intimba kubw’umukobwa.

Kurikirana ako karirimbo aho musi

6,759 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel