Scroll to Top

Mavugo Laudit arabeshuza amakuru avuga yuko yoba yapfuye.

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 26 Oct 2017 13:44 PM / /

Kuri uno munsi wa kane  w’igenekerezo rya 26 Gitugutu,  2017  hiriwe haranyuragirana amakuru  yo ku mbuga ngurukana bumenyi, amakuru yamenyesha ko umusatirizi wa Simba Sports Club n’intamba mu rugamba, Laudit Mavugo ko yitavye Imana.
 Mavugo Laudit yabeshuje ayo makuru   akanavuga ko yatangajwe na bantu banditse ayo makuru, yongeye amenyesha ko  ameze neza muri kino gihe , aho ari mu mazinga ya  Zanzibar co kimwe n’abandi bakinyi bariko baritegurira urukino rwo ku musi wa gatandatu ruzobahuza n’umugwi Yanga Africans.
Mavugo Laudit akaba amaze gukina inkino zitatu mw’ihiganwa rya VPL akaba amaze gutsinda ibitsindo 2.

 

7,591 total views, 2 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel