Scroll to Top

#Indundi Hits Show week 42| Spoks man ibi nivyo ngo ariko ategurira abakunzi b’umuziki

By king epimax / Published on Monday, 30 Oct 2017 02:50 AM / /

Mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 27 Gitugutu twayaze n’umuririmvyi Spok’s man amenyesha abakunzi bimwe ko ari mu gihugu kibanyi c’Urwanda kumvo zo guheraheza ibikorwa vyama CD kuko kuri uyu wa 12 munyonyo ariho azoshira ahabona urukurikira rwiwe yise ”Ndakumbuye iwacu” gushika ubu hataramenyekana indirimbo zizoba zirugize.

Ariko gusa ko muri urwo rukurikirane hazogarukamwo indirimbo yatanguriyeko nka Ndatemutse, Agakuku n’izindi.
Kurikirana vyinshi muri ico kiganiro indundi hits show kuko amakuru acuzuyemwo ari menshi na cane cane ku bakunzi b’umuziki ndundi…




4,685 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment