Scroll to Top

#indundi Hits Show |Guest: Happy Famba

By king epimax / Published on Tuesday, 31 Oct 2017 22:16 PM / /

Happy famba yaraye yemeje ko vuba cane agiye kuba umurwizatunga biciye mubikorwa vy’umuziki asazwe akora ko ari naho yahakuye iciyumviro co kwandika indirimbo yiwe shansha yise My time bisigura mu kirundi ngo umwanya wanje.

Sivyo gusa Happy famba yavuze yaragarutse no kuri bimwe abaririmvyi bita ngo nugutanga agafaranga kubamenyeshamakuru kugira indirimbo  ivuzwe cane kuri abifata nka ruswa canke igiturire kurikirana vyinshi muvyo yavuze ari mu kiganiro indundi hits show co kuri uyu wambere tubibutsa ko ari ikiganiro ca indundi.com gisazwe gica kunsamirizi y’imico kama k’umusi wa mbere n’umusi wagatanu kuva isaha cumi z’umuhingamo gushika isaha cumi n’imwe z’umuhingamo

Indundi Hit show with Happy Famba


Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel