Scroll to Top

Sat b yashitse afrika y’epfo

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 05 Nov 2017 16:07 PM / /

Akandi karirimbo gashasha ka Sat-b, amasanamu ariko afatirirwa mu Afrika y’epfo.

Mu gihe amaze igihe atagakacira, Sat-b ngo mu misi ya vuba arashira ahabona indirimbo nshasha kandi izoza itavyorosha nkuko yabiyagiye bagenzi bacu bakorera Akeza.

Uwo muririmvyi ako karirimbo buca ashira ahabona, akaba yagakoraye kwa Kolly, kongera gakorwako n’umwe mu bahinyanyuzi bakomeye muri Afrika y’ubuseruko.

Ku ruhande rw’amasanamu ngo yatanguye gufatirwa mu gihugu ca Uganda, none ubu ageze muri afrika y’epfo kubandanya gufata amasanamu nkuko ico kinyamakuru cabandanije kibishikiriza. Ayo akaba ariko akorwa n’umuhinyanyuzi akomeye muri Uganda, akaba asanzwe akora ibikorwa Sheebah n’abandi.

Ako karirimbo kakaba kadasiba kuvurwako cane n’abamwegereye, aho b abandanya bayihayagiza hirya no hino.

5,851 total views, 12 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel