Scroll to Top

Basket Ball: Urutonde rw’inkino z’igikombe c’umukuru w’igihugu mu mpera z’iyi ndwi.

By Alain Muhirwe / Published on Friday, 10 Nov 2017 13:29 PM / /

Aho bukera ku munsi wa gatandatu w’igenekerezo rya 11 Munyonyo, umwaka w’2017, mu gihugu hagati, hazoba hariko habera inkino z’igikombe citiriwe umukur w’Igihugu mu rukino rwa Basket Ball.

Imigwi ya hano mu gisagara ca Bujumbura yaronse itike y’ukubandanya izoba yagiye gukina mu ntara z’akerere k’Uburengero bw’igihugu, mu gihe imigwi yo mu ntara ya Ngozi na Gitega nayo izokina n’imigwi y’intara barikumwe mu turere.

Urutonde rw’izo nkino rukaba rutegekanjwe uku gukurikira mu bagabo.

 

Imigwi  Ikibuga
Bubanza  – New Star

Karusi – Young

Bubanza

Karusi

Buja Rural- Kern

Muyinga – Friends  Team

 Buja Rural

Muyinga

Muramvya -Gymkana

Kirundo – Target

 Muramvya

Kirundo

Cibitoke – Urunani

Kayanza- Messager BBC

 Cibitoke

Kayanza

Mwaro – Imbeya

Cankuzo- Ruyigi

Rutana – Makamba

Mwaro

Cankuzo

Rutana

 

 

14,599 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel