Scroll to Top

Safi yahoze muri Urban Boys yakoranye akaririmbo na Rayvanny muri Wasafi

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 11 Nov 2017 15:17 PM / /

Safi Madiba ngo ntiyicaye naho aheruka kumenyesha ko yakinjuye mu murwi Urban Boys yaramazemwo imyaka irenga 7.

Inyuma y’ukuvuga ko yakinjuye, Madiba ngo yaciye akubitira I Bugande aho yakoranye akaririmbo na Meddy bari bagiye bajanye, ariko bashima kubigira ibanga.

Imisi mikeya gusa bahejeje ico gikorwa, Madiba ngo yaciye akubitira muri Tanzania aho aheruka gukorana akaririmbo na Rayvanny muri Wasafi Studio kwa Diamond. Iyo ndirimbo naho ata kinini ibinyamakuru nyarwanda biyivugako, ngo yamaze guheza gufatwa amasanamu.

Ivyo bikaba bishitse inyuma yaho, uwo murwi yahoramwo umenyeshereje mu kiganiro bahaye abamenyeshamakuru ko naho atakirimwo Ariko babandanya gukora ukuri kwamye

11,853 total views, 7 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel