Scroll to Top

Uko niko Ashley Diva abona ivyiwe na Sat-b bigiye kugenda

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 12 Nov 2017 13:25 PM / /

 

Umusore ataramenyekana uwariwe niwe asigaye ari umukunzi wa Ashley Diva, nayo ivyiwe na Sat-b ngo ubuzima buzobandanya naho batakirikumwe.

Mu gihe arindiranywe igishika cinshi I Bujumbura, umuririmvyikazi Ashley Diva aheruka gushira ahabona amwe mu mashusho amwerekana arikumwe n’umusore abantu batari bakemenyereye.

Indundi yahavuye ishima kumwegera ngo aduhe umuco kuri izo photo n’uwo muntu uwariwe. Tumubajije yatwemereye ko ari umukunzi wiwe mushasha.

Uwo musore urukundo rwabo rukaba rukomeye kuko ku mbuga zabo za WhatsApp ubutumwa bw’urukundo buracanacanako.

Twamubajije ivyiwe na Sat-b uko bigiye guhagarara, ubona ko boss ata numwe yashima kubivugako vyinshi, ahubwo bavuga ko bazobivuga umwanya ugeze. Ashley yishuye ko ubuzima bubandanya.

 

Hahahah, Life goes on

 

Mwokwibuka ko imbere yuko ivyiwe na Sat-b bivurwa cane, yaheruka gutandukana n’umukunzi wiwe wa kera, Fiston.

 

 

5,843 total views, 8 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel