Scroll to Top

Foto | Habonetse foto ya tatouage ya Lolilo na Loliane 

By KING YANN COOL / Published on Sunday, 12 Nov 2017 13:31 PM / /

Lolilo na Loliane basanzwe bafitanye amazina yabo ku mubiri wa buri wese, ariko mu bibanza bitandukanye.

Mu gihe bafitanye umwana umwe, Lolilo na Loliane basanzwe bafise ama Tatouage asanzwe ari ku mubiri wabo yanditseko amazina yabo.

Lolilo akaba afise izina ry’umukunzi wiwe ku kuboko, mu gihe Loliane we arifise kw’izosi. Ivyo bikaba binemezwa n’ishusho Loliane yashize ku rubuga rwiwe rwa WhatsApp.

Irabire izo Tatouage zabo

9,992 total views, 10 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel