Scroll to Top

#Indundi Sports| Kazadi aramenyesha igituma umurwi wiwe washoboye gutsinda Athletico Olympic

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 13 Nov 2017 05:23 AM / /

Hari ku musi w’ejo twaraye turangije, igenekerezo rya 12 Munyonyo umwaka wa 2017 isaha icumi z’umuhingamo (16h) ku Kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore niho hari haramutse haba urukino rwahuza umugwi Messager Bujumbura hamwe n’umugwi Athletico Olympic mw’ihiganwa rya Primus league ryari rigeze kundwi yaro igira iya 11, urukino rukaba rwararangiye Messager Bujumbura itsinze Athletico Olympic ibitsindo 2-1.

Inyuma y’urwo  rukino twaregereye umumenyereza wa Messager Bujumbura ariwe Kazadi aho yashoboye kutuyagira ibitari bike kuri urwo rukino ndetse no kubijanye n’umurwi Messager Bujumbura asanzwe amenyereza, aho yagize ati :

 

1,756 total views, 3 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel