Scroll to Top

#indundi Sports| Coach Ajb aremeza ko hari ingorane muri Athletico Olympic

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 13 Nov 2017 06:04 AM / /

Inyuma y’aho umugwi Athletico Olympic utsindiwe na Messager Bujumbura ibitsindo 2-1 kur’uwu w’Imana igenekerezo rya 12 Munyonyo umwaka wa 2017 ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore ku ndwi igira 11 ya Primus league, umumenyereza w’umugwi Athletico Olympic coach Ajb yemeye ko hari ingorane mu mugwi Athletico Olympic kandi ko umuyobozi w’uyo mugwi adahagurukiye iyo ngorane bashobora kubona athletico Olympic ikina mu cicaro ca kabiri ihava ikina isaha umunani z’umuhingamo (14h).

Umviriza amajwi y’umumenyereza wa Athletico Olympic

1,699 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel