Scroll to Top

Umuvyeyi wa Ndikumana Tresor yabonetse ari muzima

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 13 Nov 2017 06:57 AM / /

Mu gihe hari haheze imisi igera kuri ibiri atuwuzi irengero ry’umuvyeyi wa Ndikumana Tresor, kw’ igenekerezo rya 10 Munyonyo niho hasamirana inkuru nziza ivuga ko yabonetse ari muzima.

Umwe mu bamenyesha makuru ba Buja Fm niwe yakuye Indundi Sports ayimenyesha ubutumwa ahawe numwe mu bakunzi ba Sport avuga ko uwo muvyeyi yatowe i Kiriri, ubwo butumwa buca buhabwa Tresor Ndikumana.

kw’igenekerezo rya 11 Munyonyo niho Tresor yaca yaburabira mu rugi arishikira kwirabira iyo nkuru nziza.
Umwe mu bamumenye akaba ari mu bawigeze nayo amukuru yiryo zimira akaba yayakuye ku buhinga ngurukana bumenyi ariko guca bakura kw’ insamirizi Buja Fm.

Uwo muvyeyi akaba asanganye inrwara yo kwibagira eka rimwe na rimwe n’ ubwenge bugakara .

6,893 total views, 4 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel