Scroll to Top

Iki nico Emery Sun akunda kuri we

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 14 Nov 2017 07:00 AM / /

Agatuza kiwe n’ibindi bice vy’umubiri asanzwe afatira umwanya w’ugukora ngo arabikunda cane.

Inyuma y’umwanya muto wo kwiyumvira, Emery sun yemeje ko Umubiri wiwe ari kimwe muvyo yishimira afise.Ivyo yabishikirije mu kiyago yagiranye na Indundi Tv.

Muri ico kiyago yariko abazwa ico yoba ashima afise kuriwe gusumba ibindi. Uwo musore w’umunya Kanyosha, akaba n’umwanditsi w’indirimbo zitari zakunzwe, akavuga ko awuryohererwa gose.

Intandaro ngo nuko akuye agashambara abona ko ubereye. Uwo mubiri ngo akaba asanzwe awufatira umwanya utari muto w’ukuwukora -Sport-, ari naho ubwo bwiza bwawo buva.

 

3,348 total views, 8 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel