Scroll to Top

Amasanamu y’akaririmbo Agapantekoti ka Chris Biz yasohotse

By KING YANN COOL / Published on Tuesday, 14 Nov 2017 12:08 PM / /

Agapantekoti niko karirimbo gashasha umuririmvyi Chris Biz w’umunya Gitega yaheruka gushira ahabona.

Muriko uwo muririmvyi yicuza kubona atize kuko umukunzi wiwe ngo yamusezeye kiva yumvise ko afise ayaharuwa ku ntoke.

Chris Biz muriko avuga ko uwo mwigeme yamweretse ubworo bw’ikirenge ari umwe mu bigeme basenga cane, banamuteye guhindura isengero akinjira mu masengero atandukanye.

Ako karirimbo kakaba kaje gakurikira ako yari yakoranye na mugenziwe Bebe Life.

 

1,992 total views, 8 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel