Scroll to Top

#indundi Sports | Arashimira abamenyeshamakuru ku kigoro bakoze kugira umuvyeyi wiwe aboneke

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 14 Nov 2017 13:40 PM / /

Abamenyesha makuru barakoze igikorwa gikomeye yaba ku ma Radio canke ku mbuga ngurukana bumenyi mu gutangaza ibura ry’ umuvye wa NdikumanaTresor gushika aboneke.

Ndikumana Tresor arashimira abamenyeshamakuru ku kigoro bakoze kugira umuvyeyi wiwe Aboneke.

Yagize ati” Ndashimiye abamenyesha makuru bose, bakoze akigoro kugira umuvyeyi wanje aboneke Imana ibahezagire ntaco si mfise ico nobariha atari Imana yonyene”.

Indundi Sport ikaba ikengurukiye uwo mu kinyi ku cizere afitiye abamenyeshamakuru ikanamwemerera ko barikumwe kandi imuteyintege.

5,011 total views, 2 views today

Categories : Football homepage Sports

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel