Scroll to Top

Urutonde r’wabakinyi 25 b’Intamba batumweko mu kwitegurira CECAFA

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 21 Nov 2017 07:23 AM / /

 

Umumenyereza w’Intamba mu Rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gutanga urutonde rw’abakinyi 25 bamaze gutumwako mu kwitegurira CECAFA senior Challenge Cup igiye kuzobera mu gihugu ca Kenya mu ntango z’ukwezi kwa Kigarama.

Muri abo bakinyi akaba yarashoboye gutumako n’abarukiye mu mirwi yo mu bihugu vy’ akarere u Burundi burimwo.

Abanyegori:

1. RUKUNDO Onésime
2. NAHIMANA Jonathan
3. MUTOMBO Fabien

Abakina inyuma :

1. MOUSSA Omar
2. NSHIMIRIMANA David
3. NDORIYOBIJA Eric
4. HARERIMANA Rachid Léon
5. BARISINZE Nassor
6. NDIKUMANA Trésor
7. MWENABANTU John
8. KAMANA Ismaël
Médiateurs :
1. KWIZERA Pierre
2. DUHAYINDAVYI Gaël
3. URASENGA Cédric Danny
4. NDAYISHIMIYE Youssouf
5. NAHIMANA Shassir
6. HARERIMANA Moussa
7. NDIKUMANA Moussa

Abasatirizi:

1. ABDOULRAZZACK Fiston
2. MOUSSA Mossi
3. SHABANI Hussein Tshabalala
4. SHAKA Bienvenue
5. MAVUGO Laudit
6. SLIM Said
7. IDDY Muselemu

2,874 total views, 1 views today

Add Comment

Comments (1)

Iyo liste iburamwo Lule wa Mbao FC
2017-11-21 00:00:00

Iyo liste ntikwiye iburamwo Lule wa mbao FC

Write a comment ...
Post comment
Cancel