Scroll to Top

#indundi Hits Show|Guest: king Platta

By king epimax / Published on Wednesday, 06 Dec 2017 03:51 AM / /

indundi hits show co kuri uyu wa mbere Plata yerekanyeko indirimbo yiwe “Unkanga nkande” ko ari indirimbo yerekana ko atanumwe yogira ubwoba atewe n’umuntu numwe naho hari umuntu yashatse kubwira , uwo muntu akaba ataramenyekana.
sivyo gusa kuko yaciye atubwira kuri label yabo isazwe ikorera muri Kim franci record ko bazoshiramwo aba artist 6 batanguye kera kuririmba nabandi 6 bacaruka ariko ko vyinshi bazobitumenyesha nibaheza kubitunganya neza.

kwirakirana vyishi aha:




3,841 total views, 0 views today

Add Comment