Scroll to Top

#Indundi Weekly Music | Top5 Week 49

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 06 Dec 2017 10:01 AM / /

Indirimbo 1 gusa, Ukanga nde wewe ya platini niyo yagarutse muri Top5 y’ino ndwi ya 49 y’uno mwaka, nayo izindi zisigaye zaje harimwo indirimbo nshasha gusa iya Sat-b Feel Love yabaye iya 1, Marry You ya Franck G80 yabonetse ku kibanza ca 3, Chrissmas ya C&J. Mu kibanza ca 5 habonetse indirimbo ya B face Ingoma z’Iwacu.

1.Feel Love By Sat-B |

Download: 1030 | View :8114


2.Unkanga Nkande Wewe By King Platta |

Download: 751 | View :1398


3.Marry You By Franck G80 |

Download: 680 | View :11270

 


4.Christ Mass By Chris And Junior |

Download: 539 | View :834


5.Ingoma Ziwacu By B Face Ft Nkundabantu |

Download: 487 | View :1533

 

 

6,375 total views, 138 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel