Scroll to Top

‘Qu’est ce qu’il y a” ya Mr Champagne na Fizzo yamaze gushirwa ahabona

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 06 Dec 2017 10:14 AM / /

Abari barindiranye igishika cinshi indirimbo nshasha ya Big Fizzo na Mr Champagne, inyota igiye kugabanuka, ako karirimbo akaba karamutse gashirwa ahabona kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 5 kigarama ku murongo wa Youtube.

Ako karirimbo kakaba kabonekamwo bamwe mu bigeme bagize igihe babica bigacika mu masanamu y’indirimbo zitandukanye aha Iwacu, eka habonekamwo kandi n’ubuhinga bukomeye mu gutunganya ibibanza bikorerwamwo ayo masanamu. Ikindi cabonetse n’umwambaro wanditseko Buja Boy.

Iyo ndirimbo ”Qu’est ce qu’il y a”   amasanamu yayo yakozwe na Technology Film.

5,142 total views, 6 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (1)

Guest
2017-12-07 00:00:00

nic

Write a comment ...
Post comment
Cancel