Scroll to Top

Comedy| Kabizi, umupasitori atameze nk’abo twari tumenyereye kubona

By La Rédaction / Published on Thursday, 07 Dec 2017 03:31 AM / /

Inyuma y’urukurikirane rw’udukino dutweza tutari duke amaze gushira ahabona, umwe mu bahinga mu gutwenza bahurikiye mu murwi AMG, Kabizi aherutse gushira ahabona akandi gakino gatavyorosha aho yagakinye ari nk’umu pasitori.

Mu gihe yariko aratanga ubutumwa bwiza bw’Imana ayimenyesha abatayizi, abatagomvye kwemera ivyo yariko arababwira, Kabizi yahavuye agerageza kubibemeza ku nguvu akoresheje imbugita.

Kurikirane ingene vyagenze aha musi :

 

2,379 total views, 5 views today

Categories : dutwenge homepage kirundi

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel