Scroll to Top

Burundi- Ethiopia: Ibiharuro mu nkino icumi ziheruka ku Burundi.

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 07 Dec 2017 04:27 AM / /
 ISOKO FFB

Ihiganwa rihuza imigwi nserukirabihugu mu karere k’ubuseruko  no hagati bwa Afrika (CECAFA), ririko rirabandanya. Kuri uyu wa kane, hitezwe urukino rukomeye cane mw’istinda rya B, hagati y’Uburundi na Ethiopia.

Urukino ruza gutangura igihe c’isaha umunani ( 14h00) mu masaha ya hano i Bujumbura. Iyo migwi yose  ikaba ifise bimwe mu biharuro vyagiye birayiranga mu nkino icumi ziheze.

Uburundi:

4/11/2017 AFC  Uganda Burundi 0-0
  29/07/ 2017 AFC Sudan  Burundi 1 : 0    
  23.07. 2017 AFC Burundi Sudan 0 : 0    
  10.06. 2017 AFC Burundi South Sudan 3 : 0    
  04.09.2016 AFC Niger Burundi 3 : 1    
  04.06.2016 AFC Burundi Senegal 0 : 2    
  29.03.2016 AFC Namibi Burundi 1 : 3    
  26.03.2016 AFC Burundi Namibia 1 : 3    
  28.11.2015 CEC Uganda Burundi 1 : 0    
  25.11.2015 CEC Kenya Burundi 1 : 1    

Mu kino icumi umugwi nserukira w’intamba mu rugamba kuva mu kwezi kwa Munyonyo wa 2015 gushika muri zino nkino za CECAFA, Uburundi bwatsinzwe incuro zitanu, bunganya kabiri butsinda gatatu ( W5,D2,L3).

Uburundi bukaba busabwa gutsinda urukino rw’uno  munsi kugira ubandanye ihiganwa rya CECAFA Senior Challenge. Mugihe  mu rukino rwa mbere banganije n’igihugu c’ubuganda ubusa ku bundi (0-0).

2,193 total views, 2 views today

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel