Scroll to Top

Kwizera Pierrot ashira ahabona ibanga ryabahaye intsinzi imbere ya Ethiopia[ Interview].

By Alain Muhirwe / Published on Thursday, 07 Dec 2017 13:12 PM / /

Ku masaha y’umurango kuri uno  wa kane w’genekerezo ry’indwi Kigarama, umugwi nserukiragihugu w’Uburundi n’uwigihugu ca Ethiopia, vyatanye mu mitwe mu ntumbero y’urukino rwa kabiri mw’itsinda ra B, mu nkino za CECAFA ziriko zibera mu gihugu ca Kenya.

Uburundi inyuma y’imyaka itari mike butigenza neza imbere ya Ethiopia, mu mahiganwa mpuzamakungu, bwaronse itsinzi vyoroshe cane ku bitsindo bine kuri kimwe  (4-1).

Iyo ntsinzi ikaba yahaye Uburundi kurongora itsinda rya B, n’amanota ane hamwe n’ibitsindo bitatu bazigamye.

Inyuma y’urwo rukino, Kizigenza w’intamba mu rugamba, Pierrot Kwizera yashikirije umunezero n’ibanga bakoresheje mu gutsinda igihugu ca Ethiopia hamwe n’ingene bagiye kwitegurira urukino rukurikira.

Tumwumvirize hano:

5,400 total views, 8 views today

Tagged as:

Add Comment

Comments (0)

Write a comment ...
Post comment
Cancel