Scroll to Top

Urutonde rw’abakinyi 11 b’Intamba baza gutangura mu kibuga

By Radjabu Bosingwa / Published on Thursday, 14 Dec 2017 01:35 AM / /

Umumenyereza w’umugwi nserukira gihugu Intamba mu Rugamba Alain Olivier Niyungeko yamaze gushira ahabona urutonde rw’abakinyi 11 b’Intamba mu Rugamba baza gutangura kibuga mu rukino rw’igice ca kabiri gishira ica nyuma ruza kuba kuri uyu wa kane igenekerezo rya 14 kigarama isaha umunani 14h ruza guhuza umugwi w’Intamba mu Rugamba hamwe n’umugwi wa Kenya.

Abo nabo ni aba bakurikira:

1) Nahimana Jonathan
2) Harerimana Rashid Leon
3) Ndikumana Tresor
4) Nshimirimana David
5) Moussa Omar
6)Kwizera Pierrot
7)Laudit Mavugo
8) Duhayindavyi Gael
9) Abdourazzack Fiston
10) Nahimana Shassir
11) Hussein shaban Tshabalala

Abaza kugombora ni:

1) Rukundo Onesime
2)Arakaza Marc Arthur
3) Harerimana Moussa Hafidh
4) Urasenga Danny Cedric Kagabo
5) Ndoriyobija Eric
6) Shaka Bienvenue
7) Issufu Nyange
8)Nahimana Steeve

4,914 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment