Scroll to Top

Nduwarugira Christophe yabonye igitsindo ca mbere mw’ihiganwa ry’uyu mwaka.

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 17 Dec 2017 11:24 AM / /

Umusore wa hano i Burundi, Christophe Nduwarugira akinira Uniao Madeira mu cicaro ca kabiri mu gihugu ca Portugal, inyuma y’ukugaruka mu kibuga yaronse igitsindo ciwe ca mbere mw’ihiganwa ry’uno mwaka.

Ku rukino rw’indwi igira 18 muri ryo higanwa bari baramutse bakira umugwi wa Famalicao, bakaba bawutsinze ibisindo bitatu ku busa (3-0), harimwo igitsindo ca mbere cabonetse gitsinzwe na Nduwarugira Christophe ku munota wa 46

Madeira ukaba uri mu kibanza ca 17 mu migwi  20 igize  ihiganwa ry’icicaro ca kabiri muri ico gihugu ca Portugal, n’amanota icumi n’icenda gusa.

6,690 total views, 0 views today

Add Comment