Scroll to Top

#Uko imigwi yatsindanye mw’ihiganwa Soccer Beach

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 18 Dec 2017 06:34 AM / /

Ihiganwa ryo ku musenyi ryitwa “Soccer Beach” ryarabandanije mu mpera zi’no ndwi .

 

Ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 16 Kigarama ihiganwa soccer Beach ryari riteye ku ndwi igira icenda 9,
bakaba batsindanye uku gukurikira:

Urukino rwambere rw’abaye isaha cenda nigice(15h30)

Kajaga Beach Fc 0-2 Runge

Urukino rwa kabiri rukaba rwarabaye Isaha 16h30

Ga Beach Fc 7- 5 Les Pepiniers Beach Fc

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 17 kigarama iryo higanwa ryarabandanije ku ndwi igira 10

Urukino rw’ambere rwabaye isaha 7h15

Aigle Noir Beach Fc 6 – 4 Etoile du Sable Fc

Urukino rw’akabiri rwabaye isaha 8h

Beach Boys Fc 5 -1 Barimex Fc.

Ku musi Wa gatandatu ‘igenekerezo rya 23 Kigarama umwaka Wa 2017 ihiganwa ryo ku musenyi Soccer Beach rizobandanya ku ndwi igira 11.

Urukino rw’ambere ruzoba isaha 15h30

Bunge Fc Vs Mikimba Karera Beach Fc

Urwa kabiri rukazoba isaha 16h30

Africa Sport Vs Kajaga Beach Fc

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 24 iryo higanwa rikazobandanya ku ndwi igira 12

Urukino rw’ambere ruzohuza

Saga Beach Fc Vs Nyabugete Beach Fc

Urwa kabiri kukazohuza

Diera Fc Beach Fc Vs Azam Fc.

920 total views, 0 views today

Add Comment