Scroll to Top

Big Fizzo buca asohora amasanamu y’akandi karirimbo 

By KING YANN COOL / Published on Monday, 18 Dec 2017 07:37 AM / /

Big fizzo agiye gusohora amasanamu y’akandi karirimbo inyuma ya Urambabaza.


Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo Urambabaza, Big Fizzo yatanguye gukwirakwiza ku mbuga asanzwe akoresha ko hari ayandi masanamu ariko arakorwa azoshirwa ahabona Vuba.

Ayo masanamu Big Fizzo yatanguye gukwirakwiza n’amasanamu y’akaririmbo “Tu me manque” kaheruka gushirwa ahabona vuba.

Big Fizzo akaba ariko akwirakwiza agace gatoya k’ayo masanamu ariko akorwa n’inzu y’ubuhinyanyuzi Technologies Film.

Ayo masanamu akaba azosohokera ku rubuga rwa Vevo rwa Big Fizzo, nkuko aheruka gushirako amasanamu y’iyo ndirimbo Urambabaza yaheruka gusohora.

4,047 total views, 0 views today

Add Comment