Scroll to Top

Igipfungu ni cinshi ku mukobwa Emery sun avuga muri Nalewa

By KING YANN COOL / Published on Monday, 18 Dec 2017 07:44 AM / /

Kubwa Emery sun ngo abavuga ko uwuri inyuma kuri Cover y’indirimbo yiwe ari umukunzi wiwe ngo baribesha. Ngo sivyo na gato.

 

Mu kiganiro Emery sun yahaye indundi Magazine avuga kuri iyo ndirimbo, Yemeza ko ari ivyamubayeko, ariko akaba adatomora umukobwa vyabayeko.

Emery Sun avuga kandi ko iyo wakunzwe neza ngo ubusaza ataco bumukorako, kuko uba ufise ivyiyumviro biri hamwe.

Emery sun naho avuga ko ibivurwamwo ari inkuru y’ukuri ntatomora neza uwo vyabayeko, ariko akaguma avuga ko ari inspiration nk’izindi zose.

5,573 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment