Scroll to Top

Intamba mu Rugamba zashitse neza i Bujumbura.

By Radjabu Bosingwa / Published on Monday, 18 Dec 2017 14:03 PM / /

Inyuma y’ukurangiza ihiganwa rya CECAFA Senior Challege Cup bari mu kibanza ca kane,  abakinyi b’intamba mu rugamba bamaze gushika mu gusagara ca Bujumbura.

Bakaba bafashe indege ku musi w’ejo igenekerezo rya 17 , isaha indwi z’ijoro ibakura i Nairobi ibashikana Addis Abeba muri Ethiopia,  bakaba bashitse  ku kibuga c’indege c’i Bujumbura,  isaha icenda z’umuhingamo.

Intamba mu Rugamba zikaba zafashe ikubanza ca Kkne mw’ihiganwa rya CECAFA Senior Challenge ryariko ribera mu Gihugu ca Kenya aho yatsinzwe na Uganda ibitsindo 2-1.

 

7,072 total views, 0 views today

Add Comment