Scroll to Top

Christian Kabera yamaze kuba umumenyereza wa Magara Star

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 12 Jan 2018 03:32 AM / /

Amakuru ahejeje kudushikira n’uko uwahoze ari umumenyereza wa Delta Star Christian Kabera yamaze kuba umumenyereza ma Magara Star.

Christian Kabera batazira Morinhyo agiye kumenyereza Umugwi Magara Star mu kiringo c’umwaka inyuma yo gutanga imihoho mu mugwi wa Delta star wo mucicaro ca mbere.

Christian kabera Morinhyo akaba amaze guca mu migwi itari mike aho twovuga nka Gillette Fc, Maniema, Les Amie, Butare City kayogoro, Flambeau de l’Est, Ngozi city, Vietel, Delta Star, nayo muri kino gihe akaba agiye kumenyereza umugwi Magara Star.

3,921 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment