Scroll to Top

Diamond ngo yipfuza kugira inzu mu Rwanda

By KING YANN COOL / Published on Wednesday, 17 Jan 2018 16:14 PM / /

Diamond yipfuza kugura inzu I Kigali, ariko akibaza ikibanza ciza aho yogikura, ahitamwo Kubibaza aba fans.

Diamond Platnumz inyuma y’inkuru ko buca yugurura urubuga rwa Television muri Tanzania hamwe n’i radio, yahavuye anahanuza aba Fans biwe ibindi ku rubuga rwiwe rwa Instagram.

Akoresheje ishusho y’inzu “Kigali Convention Center KCC“, Diamond yavuze ko urwanda ari kimwe mu bihugu muri kano karere ashima cane. Aho akaba abona ko yohagura inyubako -inzu-.

Muri ayo majambo atandukanye uwo muririmvyi yanditse akaba yanagiriyeko asaba aba fans kumuhanura ikibanza ciza yogura muri ico gihugu.

Iyo nkuru ikaba ariyo yarigezweho kuri Diamond muri ico gihugu bita ic’imisozi 1000, haba mu bantu bakurikirana hagufi ivy’umuziki canke mu binyamakuru.

Tagged as:

Add Comment