Scroll to Top

My Time yahavuye isohorerwa amasanamu

By KING YANN COOL / Published on Friday, 19 Jan 2018 16:54 PM / /

Amasanamu y’akaririmbo “My time” ka Happy Famba yakozwe na Brian Smith yashizwe ahabona.

Inyuma y’amasanamu y’akaririmbo Why me yasohoye haraheze imisi, umuririmvyi Happy Famba yahavuye asohora ubu naho amasanamu y’akaririmbo yavugiyeko ” My Time”.

Ako karirimbo kakaba kashizwe ku muhora wiwe wa YouTube kuri uyu 5 kakaba kamaze kurabwa n’abarenga 350, mu gihe akaheruka kujako kageze ku 3700 . Nayo umuhinyanyuzi agize igihe akora bigashimwa na Famba akaba ari Brian Smith.

Mwomenya ko Famba aharurwa mu barundi bakora amasanamu atari make kandi amaze igihe yerekanwa muri kano karere uhereye muri Tanzania, urwanda hamwe na Kenya.

Tagged as:

Add Comment