Scroll to Top

Igikombe ca mbere ari mu bamenyereza ba REG BBC.

By Alain Muhirwe / Published on Sunday, 04 Feb 2018 14:25 PM / /

Kuri uyu w’Imana w’igenekerezo rya 4 Ruhuhuma, niho harangira inkino z’igikombe citiriwe intwari mu gihugu c’Urwanda, mu rukino rwa Basket Ball.

Urukino rwa nyuma  rukaba rwahuje imigwi ya REG BBC na Patriots yo mw’ihiganwa rikuru rya Basket Ball mu gihugu c’Urwanda. Intsinzi ya REG  barushije umugwi wa Patriots.

Akanyamuneza ni kose, ku mumenyereza Ngwijuruvugo Patrick atwaye igikombe ca mbere, ari ku ntebe y’abamenyereza muri REG BBC. Bikaba biboneka ko inyuma y’ugusozera igice ca mbere c’ihiganwa bari mu kibanza ca kabiri, bagiye  kuagaruka mu kibanza ca mbere.

REG BBC ikaba ikaba ariyo zoserukira Urwanda mu gikombe c’akarere ka 5, ikanifuza kuba umwe  mu migwi ikomeye muri Afrika.

6,496 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment