Scroll to Top

Iddy Saidi Djuma : “Shassir na Pierrot nabo barantinya.”

By Radjabu Bosingwa / Published on Friday, 09 Feb 2018 13:58 PM / /

Mu gihe umugwi LLBS4 wari uhejeje gukora imyimenyerezo kuri Stade  Amahoro ari naho bazokiniraurukino ruzoyihuza , na Rayon Sports. Umwe mu bakinyi ba LLBS4A, Iddy Saidi Djuma, yamenyesheje ko bamwe mu bakinyi b’abarundi bari muri Rayon Sports bamutinya.

Avugana na bamwe mu bamenyeshamakuru b’abarundi bari mu gisagara ca Kigali, umukinyi wo hagati w’umugwi LLBS4A ariwe Iddy Saidi Djuma Ballack  yemejeko bizeye itsinzi kuko basanzwe bafise abakinyi bamenyereye amahiganwa, zkongera akizeza intsinzi abakunzi ba LLS4A.

Yongeye aranamenyesha ko azobuza amahoro, abakinyi bo hagati ba Rayon Sports hrimwo Pierrot Kwizera naNahimana  Shassir kuko azi ko nabo bamutinya.

Iddy Saidi Djuma yarangije abwira abakunzi b’umugwi LLBS4A y’uko atogira  ubwoba itsinzi irahari mu gihugu c’Urwanda,  bategerezwa gutahukana amanota atatu .

8,129 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment