Scroll to Top

Abakinyi 11 ba LLBS4A baza gutangura mu kibuga

By La Rédaction / Published on Saturday, 10 Feb 2018 05:29 AM / /

Mu gihe hasigaye iminota mike cane kugira urukino rwa Rayon Sport hamwe na LLBS4A ruze gutangura hariye i Kigali ku kibuga c’amahoro, umumenyereza wa LLBS4A yamaze gushira ahabona abakinyi 11 aza gutanguza mu kibuga muri urwo rukino.

Akaba ari aba bakurikira:

Abakinyi baza gutangura urukino ku ruhande rwa LLB :

1.Mutombola Fabien
2.Rashid Leon
3.Habonimana Célestin
4.Hakizimana Issa
5.Ndoriyobija Éric ( Evra)
6.Idi Saidi Djuma Ballack
7.Mussa Mossi Hadji
8.Ulimwengu Jules
9.Ndizeye S’effectue Thomson
10.Harerimana Moussa Afizi
11.Boue Marc Olivier

Abasubirira abandi :

1.Niyonkuru Pascal
2.Basunza Jamal
3.Kabuzi Omar
4.Rugonumugabo Stéphane
5.Tambwe Floribert

2,589 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports
Tagged as:

Add Comment