Scroll to Top

Abakinyi 11 ba Olympic Star baza gutangura

By La Rédaction / Published on Saturday, 10 Feb 2018 05:36 AM / /

Umumenyereza w’umugwi Olympic Star ahejeje gushira ahabona abakinyi 11 aza gutanguza mu kibuga mu rukino rwa Total Caf confederation Cup ruza guhuza umugwi Olympic star hamwe na Etoile Filante isaha icenda z’umuhingamo (15h00) ku kibuga citiriwe Umuganwa Rudoviko Rwagasore.

Abatangura mu kibuga :

1 Watulasubi Lucien
2 Mbazumutima Baba
4 Muhuza Patient
10 Ndinda Alain-Jupin
6 Bizimana Joe
23 Girukwishaka Fabrice
13 Slim Saidi
14 Mwenebantu Azor-John
7 Lomeya Magloire
5 Pascal Ramadhan
12 Juma Simpo

Abasubirizi :

11 Kashindi Paul
18 Kamango Tally-Tablir
15 Iddy Mudasiru
9 Gamal Djuma
19 Sibomana Abdoul Nasser
30 Hakizimana Wilondja Ibrahim
26 Christian Kabura

5,550 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports
Tagged as:

Add Comment