Scroll to Top

Diaspora | Ado josan yakoze amasanamu atandukanye n’ayaramenyerewe

By KING YANN COOL / Published on Saturday, 10 Feb 2018 06:39 AM / /

Ado josan ico yemeye yaraye agishize ahabona, ico akaba ari amasanamu y’indirimbo nshasha. Ayo akaba yaje atandukanye n’ayaramenyerewe.

Umuririmvyi w’umurundi abarizwa mu gihugu ca Finland ku mugabane wa buraya yaraye ashize ahabona amasanamu y’indirimbo yakorewe aha iwacu. Iyo ikaba kandi ari indirimbo yari yaremeye gishika ku kibuga c’indege ca Bujumbura mu kiganiro yagiranye na Indundi Tv.

Muri iyo ndirimbo hakaba habonekamwo abigeme batari basanzwe bamenyerewe mu kuja mu masanamu aha Iwacu. Hampande yabo hakaba kandi hanabonetse ibibanza bitandukanye biteye igomwe.

9,274 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment