Scroll to Top

Uko imigwi igiye guhura ku ndwi ya 18 ya Primus League

By La Rédaction / Published on Sunday, 11 Feb 2018 03:36 AM / /

Ihiganwa rya Primus League rigiye kubandanya ku ndwi igira iya cumi n’umunani, imigwi ikazohura uku gukurikira :

*Kuri uyu wa Mungu igenekerezo rya 11 /02/2018

– Isaha 14h00 ( PLR) Buja City – Messager Buja

-isaha 16h00 ( PLR) Athletico olympic – Messager Ngozi

– isaha 15h00 ( Gitega) Flambeau du centre – Ngozi City

*Ejo aho bukera kuwa mbere igenekerezo rya 12/02/2018

-Isaha 15h00 ( Gitega) Musongati Fc – Delta Star

– isaha 14h00 ( PLR) Inter Star – Aigle Noir

– Isaha 16h00 ( PLR) Les lierres – Flambeau de l’Est

Twobamenyesha ko inkino zobaye hagati y’umugwi Olympic Star hamwe na LLBS4A ko zimuwe ku yindi sango kumvo y’uko iyo migwi yari isanzwe ifise inkino mpuzamakungu iriko irakina.

5,760 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment