Scroll to Top

Urutonde rw’abakinyi 11 ba Aigle Noire baza gutangura mu kibuga

By La Rédaction / Published on Monday, 12 Feb 2018 04:22 AM / /

Umumenyereza w’umugwi Aigle Noire yamaze gushira ahabona abakinyi 11 aza gutanguza mu kibuga mu rukino rw’indwi ya 18 ya Primus League ruza kubahuza kuru uyu wa mbere igenekerezo rya12 Ruhuhuma umwaka wa 2018 n’umugwi wa Inter star ruza gutangura igihe c’isaha umunani z’umuhingamo, (14h00) ku kibuga citiriwe umuganwa Rudoviko Rwagasore.

Abakinyi baza gutangura mu kibuga akaba ari aba bakuikira :

1.NDIKURIYO Patient
2.SULEMAN Mustafa
3.BIZIMANA Kelvin
4.BIGIRIMANA Séraphin
5.KAMANA Ismaïl
6.BIGIRIMANA Ramadhan
7.IRAKOZE Yves
8.NDAYISENGA Eliphaz
9.NDIKUMANA Jean Etando
10.SHAKA Bienvenue
11.MABANO Shabani

Abakinyi baza gusubirira abandi nabo ni aba bakurikira :

1.NDIZEYE Aime Fales
2.NAHIMANA Moise
3.NAHIMANA Eloi Fils
4.NDAYISHIMIYE Eric
5.KANAKIMANA Bienvenue
6.SEIDOU Keita
7.NTWARI Eddy Patrick

Abatashizwe muri urwo turonde nabo ni aba :

1.NDUWIMANA Ibrahim
2.NDAYISHIMIYE Yussuf Nyange
3.MAVUGO Cedric titi
4.KAZE Évariste Odilon
5. KWIZERA Abdel Samad
6.HITIMANA Hamza
7.HAKIZIMANA Héritier

4,187 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment