Scroll to Top

Uku niko imigwi izohura mu gice ca 1/16 c’igikombe c’umukuru w’igihugu

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 13 Feb 2018 05:33 AM / /

Inkino z’igice ca 1/16 gishira ica nyuma c’igikombe c’umukuru w’igihugu zigiye kubandanya ku magenekerezo ya 2, 3 na 4 Ntwarante uwu mwaka wa 2018.

Izi nizo nkino zizokinwa kw’igenekerezo rya 02/02/2018 :

– Isaha 13h00 ( Buganda ) Kayanza United Vs Vital’o

-isaha 15h00 ( PLR) Volontaire Fc Vs BDS

– Isaha 13h00 ( Gitega) Lumière Fc Mwumba Vs Inter Star

– Isaha 15h00 ( Ivyizigiro) Athletico Olympic Vs Bumamuru

Kw’igenekerezo rya 03/03/2018 hazokinwa inkino zikurikira :

-15h00 ( Muyinga ) Musongati Fc Vs Busoni Star

-15h00 ( PLR) Transport Vs Muzinga

-isaha 13h00 ( Gitega) Panthère Fc Vs Muramvya City

-isaha 15h00 ( Gitega) Club kiremba Bururi Vs Pigeon du Centre

– isaha 15h00 (Muramvya) Rukinzo Fc Vs Santé Fc

Nayo kw’igenekerezo rya 04/03/2018 hazokinwa inkino zikurikira :

– Isaha 15h00 ( Ivyizigiro) Club Matana Vs Delta Star

– Isaha 15h00 ( Urukundo) Aigle Noir Vs Les Lierres

-isaha 13h00 ( Gitega) Malaika Fc Vs Olympic Star

– Isaha 15h00 ( Gitega) Massager Ngozi Vs Freedom Fc

– Isaha 13h00 ( PLR) New Oil Vs Rumonge City

– Isaha 15h00 ( PLR) Buja City Vs LLBS4A.

4,172 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports

Add Comment