Scroll to Top

Ihiganwa ryo ku musenyi ryarabandanije

By Radjabu Bosingwa / Published on Tuesday, 13 Feb 2018 06:10 AM / /

Ku musi wa gatandatu uheze, igenekerezo rya 10 Ruhuhuma umwaka wa 2018 ihiganwa ryo ku musenyi ryarabandanije ku ndwi ya 25.

Uku niko batsindanye:

– Isaha 15h 30 : Etoile du sable Vs Kanyosha B 3-2.

– Isaha 16h 00 : Mikimba Beach Vs Deira Beach 7-6.

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 11 Ruhuhuma umwaka wa 2018 iryo higanwa ryarabandanije ku ndwi ya 26, rikaba ryagenze uku gukurikira :

– Isaha 7h15 : Africa Sports Vs Bunge Fc 6-5

-isaha 8h00 : Saga Plage Vs Tous Jeunes de Nickson 10-6.

Iryo higanwa ryitezwe kuzobandanya ku ndwi igira iya 27 kw’igenekerezo rya 17 Ruhuhuma aho imigwi izorijamwo hategekanijwe ko izohura uku gukurikira :

– Isaha 15h30 : Barimex Vs Nouveau Regime Fc

-16h 00 : Beach Boys Vs Africa Sports Beach Fc

Eka no kw’igenekerezo rya 18 Ruhuhuma umwaka wa 2018 iryo higanwa rizobandanya ku ndwi ya 28, imigwi ikazohura uku gukurikira :

– isaha 7h15 : Les PepiniĆ©re Vs Les Graduateur du Sable

– isaha 8h00 : Indundi Beach Vs Bunge Fc.

7,064 total views, 0 views today

Categories : homepage kirundi Sports
Tagged as:

Add Comment