Scroll to Top

#Indundi Hits Show| B Face yabavuze atakurya umunwa

By king epimax / Published on Wednesday, 14 Feb 2018 02:16 AM / /

Karaye kabaye akamaramaza mu kutabona canke kwakira kumwe indirimbo ya B face yise “hitamwo”.
Hari abavuga ko B Face yataye umuco w’abakora umudiho wa hip hop abandi ngo yavuze ukuri kuko ivyo yavuze bibona benshi naho ngo bari babuze aho babivugira

Ni mu gihe muri iyo ndirimbo B Face avugamwo amazina y’abaririmvyi nka Big Zoé, Prince Mshindi na GN Lfls.

Kurikirana vyinshi muri kino kiganiro indundi hits show.

Indundi hits show akaba ari ikiganiro kiba imisi yose ya mbere n’iya gatanu mu ndwi kuva isaha cumi kugeza isaha icumi n’imwe z’umuhingamo ku nsamirizi y’imicokama.

6,266 total views, 0 views today

Tagged as:

Add Comment