Scroll to Top

Kanyenkore Gilbert ashikiriza uko yasanze Vital’o FC yifashe[ Interview].

By Alain Muhirwe / Published on Wednesday, 14 Feb 2018 12:24 PM / /

Kuva ku munsi wa mbere ( 12 Ruhuhuma),  w’ino ndwi turimwo, umumenyereza mushasha wa Vital’O FC. Kanyenkore Gilbert yatanguye ibikorwa vy’ukumenyereza,  inyuma y’imyaka igera kuri ibiri atakiwubarizwamwo.u

Uno mumenyereza akaba yaratanze ikiganiro kw’radio Buja FM, ku munsi wa kabiri w’igenekerezo rya 13 Ruhuhuma, aho yagarutse kuri bimwe yasanze muri uno mugwi, imigambo ya hafi na cane cane mw’ihiganwa rya Primus Ligue hamwe n’igikombe c’umukuru w’igihugu.

” Narakurikiranye inkino nyishi za Vital’O FC n’umugwi ufise abakinyi bakiri bato bazi gukina, ndashima igikorwa bari bamaze gukora barikumwe n’umumenyereza yahahora. u gikombe c’umukuru w’igihugu naho turacafise amahirwe co kimwe n’iyindi migwi.”

Mwumvirize Kanyenkore Gibert Yoaunde

yaounde

6,304 total views, 0 views today

Add Comment