Scroll to Top

#indundi Sport|Gatoto Regis yamwambitse impeta igihe ciza

By Editor / Published on Friday, 16 Feb 2018 05:59 AM / /

Imbere y incuti, ababanyi, abagenzi eka n’abo basangiye gukina, Regis Gatoto yaraye yambitse impeta yongera yerekana umwigeme bagiye kuzokwubakana Umutesi Link.

Hari kw’igenekerezo rya 14 Ruhuma(02) ku musi mukuru w’abakundana benshi bita Saint Valantin, aho Gatoto yemeza ku mugaragaro ko Link ariwe mwigeme ahisemwo mu bandi Benshi ngo azomubere umufasha.

Gatoto akaba yamenyesheje Indundi sport ko ivyo kwubaka bitazomubera intambamyi mwiterambere ry’ inkino kuko umufasha wiwe amushigikiye cane .

8,555 total views, 0 views today

Add Comment